BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Trump avuga ko Amerika ikeneye 'kugira ububasha bwose' kuri Groenland kugira Uburusiya n'Ubushinwa ntibiyifate
Tuzobikora "mu nzira yoroshe" canke "mu nzira ikomeye", niko yavuze, ariko Danemark ivuga ko ako karere katagurishwa.
'Navuye kure, mu bukene n'agasuzuguro': Ni Sat-B umuririmvyi rurangiranwa w'Umurundi
Uno musi, ni umwe mu baririmvyi b’Abarundi bakunzwe kandi bafise ijambo rikomeye mu muziki, ariko ubukene n'agasuzuguro vyahatswe kumuhebesha umwuga.
Amatora ya Uganda mu ndwi iza: Hagati ya Museveni na Bobi Wine - ivyo ukeneye kumenya
Bitegekanijwe ko Abanya-Uganda bahitamwo hagati y'umukuru w'igihugu amaze imyaka 40 ku butegetsi, n'uwiyamamariza guhindura ibintu mu matora y'umukuru w'igihugu mu ndwi iza.
Amajwi, Imvo n'Imvano ku kigo c' ibimenyetso bishingiye ku bumenyi n'ubuhanga, Rwanda Forensic Institut, Umwanya bimara 59,00
Muri iki kiganiro turavugana na bamwe mu bapimishije ibimenyetso muri Rwanda Forensic Institute haba ku giti cyabo cyangwa bitegetswe n'inkiko, n'icyo byabamariye.
DR Congo: Abasirikare bakuru bagirizwa 'gushaka kugirira nabi umukuru w'igihugu' batwawe mu ibohero
RFI ivuga ko abajenerali 11 n'abandi basirikare bakuru bakuru 14 ari bo bafashwe bagirizwa ibi vyaha, benshi muri bo ubu bakaba batwawe mu ibohero rya gisirikare rya Ndolo.
Internet yacitse muri Iran yose mu gihe Ayatollah yavuze ko abigaragambya barimo 'kugerageza gushimisha Trump'
Kuri iyi myigaragambyo yo muri Iran, Trump aherutse gutangaza ko ubutegetsi bwa Iran "nibutangira kwica abantu…tuzabakubita bikomeye cyane".
Venezuela: Imfungwa za politiki zatangiye kurekurwa bahereye kuri umwe mu banengaga cyane Maduro
Jorge Rodríguez - musaza wa perezida w'agateganyo wa Venezuela - yavuze ko uku kurekurwa kugamije guteza imbere "ubumwe bw'igihugu no kubana mu mahoro".
'Amatora niyaba mu muco ata nkunzi, nzemera aho intahe ishize' - Bobi Wine
Ni ubwa kabiri Bobi Wine agiye guhatana na Museveni mu matora ya prezida, naho hari abandi bakandida batandatu, aba bompi nibo bakeba bakomeye.
Video, Mpore: Iri torero rimaze imyaka 30 ritoza imbyino Nyarwanda i Paris mu Bufaransa, Umwanya bimara 1,44
Nicole Nsabimana uba mu Bufaransa iri torero ryamutoje imbyino rinamwigisha umuco nyarwanda.
Ibikorwa bya ONU bizakomeza' - Guteres asubiza ku cyemezo gikaze cya Trump
Guterres yavuze ibi nyuma y'icyemezo cya Leta Zunze Ubumwe za Amerika cyo kuva mu miryango n'inzego 31 by'Umuryango w'Abibumbye.
M23 'irimo gushinga ubutegetsi bwigenga' – Raporo 'nshya' y'inzobere za ONU
Izi nzobere zivuga ko ibintu byarushijeho kumera nabi mu mezi ashize kuko impande zihanganye - FARDC na M23, zagiye zigabanaho ibitero mu gihe kimwe.
Prezida w'imfatakibanza wa Venezuela yirukanye jenerali yari ashinzwe umutekano wa Maduro
Naho reta ya Venezuela itarashikiriza ibiharuro vy'abapfuye mu gitero c'abakomando ba Amerika, bikekwa ko bamwe mu basirikare bishwe mu gitero co gufata Maduro.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Ku nguvu canke ku buguzi: Ni gute Donald Trump ashobora 'gufata' Greenland?
Maison Blanche/White House ivuga ko vuga ko iriko irihweza inzira nyinshi zo kuronka iri zinga, harimwo n'inguvu za gisirikare.
Umufaransa wigize 'hypnotherapist' arashinjwa guha abagore ibiyobyabwenge no kubafata ku ngufu
Ipereza rya polisi ryagaragaje ko Zattara ngo yajyaga ashyira imiti isindisha mu binyobwa by'abagore mbere yo kubasambanya.
'Bashakaga kwica Capt Ibrahim Traoré' – Leta ya Burkina Faso yavuze ko yaburijemo 'coup d'état'
Ku bwa minisitiri w’umutekano, intasi zavumbuye ‘video’ yerekana abacuze uwo mugambi waburijwemo barimo kuganira uburyo bazabigenza.
Wari uzi ko amashuka n'imisego turyamira bishobora kubika umwanda uruta uwo mu bwiherero?
Muri iyi nkuru inzobere zirakubwira uko ukwiye gufata ibiryamirwa byawe kugira ngo wirinde ingaruka ziva kuri miliyoni z'udukoko tutaboneshwa amaso tuba nko ku musego uryamira
Kubera iki Trump ashaka Greenland?Bisigura iki kuri OTAN?
Greenland ifise amateka yo kuguma ironderwa n'ibihugu ngo biyitware, ubu imaze imyaka ishika 300 itwarwa n'ubwami bwa Denmark, ariko bamwe mu bayituye bipfuza ko iba igihugu cigenga.
Kubera iki Maduro yapfunzwe amaso n'amatwi igihe yafatwa?
BBC yegereye abahinga mu vyo kwivuna abansi n'ivya gisirikare ku bijanye n'ico umuntu yofata muri iyi foto ya mbere ya Maduro yakwiriye hose kw'isi inyuma y'ifatwa ryiwe.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































