Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Amerika yafashe bwa bwato bw'Uburusiya yagiriza gutwara igitoro ca Venezuela
Abasirikare ba Amerika binjiye mu bwato bw'Uburusiya mu ibahari Atlantika mu gihe Uburusiya bwari bwarungitse amato y'intambara kubukingira.
'Bashakaga kwica Capt Ibrahim Traoré' – Leta ya Burkina Faso yavuze ko yaburijemo 'coup d'état'
Ku bwa minisitiri w’umutekano, intasi zavumbuye ‘video’ yerekana abacuze uwo mugambi waburijwemo barimo kuganira uburyo bazabigenza.
HCR ntishigikiye ibomorwa ry'amazu mu makambi y'impunzi z'Abarundi muri Tanzania
Kuva mu ntango z'indwi iheze, abo mu nzego z'umutekano za Tanzania bariko barabomora amazu yo ku ruhande rw'impunzi z'Abarundi ziri mw'ikambi ya Nyarugusu.
Wari uzi ko amashuka n'imisego turyamira bishobora kubika umwanda uruta uwo mu bwiherero?
Muri iyi nkuru inzobere zirakubwira uko ukwiye gufata ibiryamirwa byawe kugira ngo wirinde ingaruka ziva kuri miliyoni z'udukoko tutaboneshwa amaso tuba nko ku musego uryamira
Ubwongereza n'Ubufaransa vyiteguriye kurungika ingabo muri Ukraine ni haba amasezerano y'amahoro
Ibi ni ivyatangajwe inyuma y'inama yabereye i Paris mu Bufaransa ejo ku wa kabiri, ni mu gihe Uburusiya busanzwe bugabisha ko budashobora kwihanganira ingabo mvamakungu izo ari zo zose muri Ukraine.
Nestlé yakuye ku isoko mpuzamahanga amwe mu mata y'abana bivugwa ko arimo ubumara
Nestlé yavuze ko ibyo byiciro by'amata yagurishijwe mu bihugu bitandukanye ku isi, bishobora kuba birimo ubumara bugira ingaruka mbi iyo bwinjiye mu mubiri.
Kubera iki Trump ashaka Greenland?Bisigura iki kuri OTAN?
Greenland ifise amateka yo kuguma ironderwa n'ibihugu ngo biyitware, ubu imaze imyaka ishika 300 itwarwa n'ubwami bwa Denmark, ariko bamwe mu bayituye bipfuza ko iba igihugu cigenga.
Kubera iki Maduro yapfunzwe amaso n'amatwi igihe yafatwa?
BBC yegereye abahinga mu vyo kwivuna abansi n'ivya gisirikare ku bijanye n'ico umuntu yofata muri iyi foto ya mbere ya Maduro yakwiriye hose kw'isi inyuma y'ifatwa ryiwe.
Corina Machado yavuze ko Trump akwiye igihembo cy'amahoro cya Nobel ku byo yakoze muri Venezuela
Corina Machado uheruka guhabwa igihembo cy'amahoro cyitiriwe Nobel ariko n'ubu ukiba mu bwihisho, yavuze ko ubu arimo kwitegura gusubira muri Venezuela "vuba bishoboka".
Rwanda: Wari uzi ko uwakubiswe n'inkuba nta kintu yakorerwaga ataragangahurwa?
Mu Rwanda abantu icyenda bishwe n'inkuba icyarimwe mu burasirazuba. Umupfumu Rutangarwamaboko yabwiye BBC ko mu myemerere y'Abanyarwanda mbere hari imihango yakorwaga mbere yo kubashyingura.
'Ndarengana…Ndacyari Perezida wa Venezuela' – Amagambo ya Maduro mu rukiko
Mu iburanisha ryamaze iminota 30 Maduro n'umugore we bagaragaye bambaye imyenda y'imfungwa z'i New York kandi bunganiwe n'abanyamategeko barimo uwahoze yunganira Julian Assange.
Inyuma ya Venezuela, ni ibihe bihugu bishobora gukurikira mu burakari bwa Trump?
Trump amaze gushikiriza amajambo atari make ku bindi bihugu bikurikiranwa na Washington.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Ndayishimiye 'yakosoye' 'imvugo itari yo' ya Minisitiri we w'ububanyi n'amahanga kuri Qatar
Inyandiko Minisitiri Edouard Bizimana yari yanditse kuri X ku cyumweru nijoro yahise ayivanaho ariko abantu bakomeje kuyihererekanya no kuyivugaho.
Amerika igiye 'kuba itegeka' Venezuela – Trump, uko 'operation Absolute Resolve' yo gufata Maduro yakozwe
Mu kiganiro n'abanyamakuru Trump yagaragaje inyota Amerika ifitiye ibitoro bya Venezuela, igihugu gifite 20% by'ububiko bw'ibitoro bidatunganyije isi ifite.
Impamvu kuva kuri telefoni kugera kuri mudasobwa bishobora guhenda muri 2026
Inzobere ivuga ko mudasobwa isanzwe (laptop) ifite 16GB ya RAM igiciro cyo kuyikora gishobora kwiyongeraho hagati ya 40$ na 50$ mu 2026 kandi ko ayo mafaranga "ashobora kuzashyirwa ku giciro cyishyurwa n'umuguzi."
"Kwugurura umupaka wa Gatumba ntimugire ngo ni ejo" -Umunyamabanga mukuru wa CNDD FDD
Urubibe rwa Gatumba mu Burundi rurabana n'igisagara ca Uvira co mu ntara ya Kivu y'Epfo ku mupaka wa Kavimvira buri munsi wacako abantu benshi n'ibidandazwa vyinshi hagati y'ibihugu vyompi.
Uko iki gifi cya rutura cyakoze urugendo 'rwaciye agahigo' kikava muri Colombia kikagera muri Zanzibar
Abahanga bavuga ko impavu yaba ikomoka ku ihindagurika ry'ikirere cyangwa se urugendo rwo 'gushashakisha umukunzi' [ahandi ho kororokera]
Menya aba bakuru b'ibihugu batanu ba Afrika bavuye ku butegetsi ku gushaka kwabo
Nubwo Afrika yagiye ica mu bibazo vya poritike indiri n'indiri, hari abakuru b'ibihugu bakeya barekuye ubutegetsi ku gushaka kwabo, imbere y'uko ibiringo vyabo bihera.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango