Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imvo n'imvano yabahitiyemwo ikiganiro na Africa Nova nka kimwe mu biganiro vyiza vyaranze uno mwaka
Imvo n'imvano yabahitiyemwo ikiganiro na Africa Nova nka kimwe mu biganiro vyiza vyaranze uno mwaka
Uko umwaka utashe, tubashikiriza kimwe mu biganiro vyiza vyaranze umwaka. Kuri uyu wa gatandatu rero itariki 27 z'ukwezi kwa 12 mu 2025, twabahitiyemwo ikiganiro mugenzi wacu Felin Gakwaya yagiranye n'umuririmvyi rurangiranwa Africa Nova.