Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Urubuga Lite site rukora gute?
Uriko ubona amakuru yo ku rubuga rwa BBC News Gahuza, rukoresha uburyo buke (ama mega), mu kuronka amakuru yanditse gusa. Iyi niyo twita Lite Site.
Intumbero yacu ni ugutanga imbuga zinyaruka kandi zizimbutse (gupakurura) ku bazikeneye.
Turazi ko abanywanyi b'igisata gitangaza amakuru kw'isi ca BBC News World Service baturuka mu mihingo yose y'isi, kandi bakoresha internet ku biciro bitandukanye, kuronka umurongo wayo n'umuvuduko wayo, ndetse n'ibikoresho vy' itumanako bakoresha nka za terefone na mudasobwa navyo nyene biratandukanye.
Mu nzira yo gutuma izi mbuga zinyaruka kwuguruka kandi zikaremuruka, twakuyeho vyinshi vyatuma inzira iba ndende ku barondera kuzishikira.
Nk'akarorero, ntuzobona isanamu n'imwe canke amajwi/ amavidewo kuri izi mbuga twise Lite Sites.
Urashobora kubona vyose uciye hano ku rubuga rusanzwe rwacu.
Lite Site ni urubuga rushasha kandi turacakomeza kurutunganya. Twizeye ko bamwe mu banywanyi bacu ruzobagirira akamaro.
Twifuza kumenya uko namwe mubona runo rubuga, nimba ari inyishu ku vyo mwifuza. Mushobora guterera iciyumviro canyu hano.
Twiteze ubutumwa bwanyu ku co mwiyumvira kuri uru rubuga (ruremurutse) 'Lite Site' rwa BBC News Gahuza.