Uganda: Ikiringo co kwiyamamaza mu kibanza ca prezida carangiye

Insiguro ya video, Imyiyamamazo mu matora ya prezida muri Uganda
Uganda: Ikiringo co kwiyamamaza mu kibanza ca prezida carangiye

Amatora ategekanijwe kuri uyu wa kane igenekerezo rya 15 mu kwezi kwa Nzero(1) mu 2026