BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Bujumbura: Benshi bakoreraga aho umuriro watwitse kw'isoko ryo "Kwa Siyoni" nta bwishingizi bari bafite
Abatuye mu mujyi wa Bujumbura hafi y’isoko rya City Market ahazwi nko kwa Siyoni bavuga ko imodoka zizimya umuriro hamwe n’igipolisi cy’u Burundi babashije kuzimya umuriro mwinshi wafahe igice cy’iri soko mu ijoro ryo ku cyumweru.
Bwa mbere mu mateka igiciro cya zahabu kigeze ku $5,000 kuri 28g
Abahanga bavuga ko mu bihe by'ubwoba mu by'ubukungu ku isi nk'ibiroho ubu zahabu ihinduka ahantu hizewe abashoramari bahita bashora amafaranga yabo.
Umunyamerika Alex Honnold yatondagiye inyubako y'amagorofa 101 nta bikoresho by'umutekano afite
Umunyamerika Alex Honnold yabaye umuntu wa mbere wuriye iyi nyubako yo muri Taiwan wenyine nta bikoresho by'umutekano afite.
Gachagua wahoze ari Visi Perezida wa Kenya avuga ko bashatse kumwicira mu rusengero
Minisitiri w'ubutegetsi bw'igihugu yamaganye icyo gitero, polisi yavuze ko irimo gukoraho iperereza.
Uganda: Umugore wa Bobi Wine aravuga amarorerwa yakorewe, aho ari mu bitaro
Ari ku gitanda mu bitaro aho ariko aravurirwa, Barbara Kyagulanyi yabwiye abanyamakuru ko abateye bamukubaguye, baramutuka, bamubaza igituma yemeye kurongorwa na Bobi Wine.
Burundi: Reveriyano Ndikuriyo abaye uwa mbere agiye kurongora CNDD-FDD mu kiringo kigira kabiri
Nta wundi n'umwe yari bwigere arongora uno mugambwe mu biringo bibiri kuva ushitse ku butegetsi mu 2005.
Kubera iki Trump ariko aca ku biti no ku mabuye arondera igitoro ca Venezuela?
N'aho isi iriko irondera ugukoresha amasoko ntanganguvu atonona ikirere, igitoro kiri mu bintu bikomeye cane kw'isi. Uwufise igitoro aba agenzura ubutunzi, poritike, kandi aba afise ijunja n'ijambo kw'isi.
Amatora ya Uganda: Reta ya Amerika isabwa kwihweza gushasha imigenderanire yayo na Kampala
Umukuru wa komite ijejwe imigenderanire mu nama nkenguzamateka ya Amerika avuga ko amatora ya Uganda yari amatora y'ukwiyerekana gusa, agamije kwemeza ikiringo c'indwi ca Perezida Museveni.
Ukraine iriyamiriza igitero 'c'ubugome' c'Uburusiya mu gihe ibiganiro vyinjiye umusi ugira kabiri
Ukraine iriyamiriza ibitero bishasha vy'Uburusiya mw'ijoro ryakeye vyahitanye umuntu umwe n'abandi 23 bakomeretse, mu gihe ibiganiro na Amerika vyitezwe kubandanya ku musi ugira kabiri.
Menya bano bakuru b'ibihugu bine bamaze gufatwa na Reta Zunze Ubumwe za Amerika
Nicolas Maduro wa Venezuela si we mukuru w’igihugu wa mbere yafashwe agashengezwa na Amerika; imbere y'uko afatwa, hari batatu bo mu bindi bihugu bari bamaze gufatwa.
Icyo wamenya ku 'miterere y'amasezerano y'ejo hazaza' ya Trump kuri Greenland
Donald Trump yatangaje ko hari "umurongo w'amasezerano y'ejo hazaza yerekeranye na Greenland", ni itangazo ryatunguye abantu benshi nyuma y'iminsi myinshi y'ibibazo bikomeye.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
'Gushyira M23 mu nzego z'umutekano za leta' – Igisubizo ku ntambara ya RD Congo ku bw'umudepite w'Amerika
Depite Sara Jacobs yavuze ko impande zombi zananiwe gukora ibyo ziyemeje mu masezerano ya Washington kandi ko na leta ya Trump nta cyo irimo kubikoraho kugeza ubu.
'Nyuma ya Uvira…tuzafata Bukavu, Goma, Bunagana hose' – Guverineri wa Kivu y'Epfo ageze muri Uvira avuye aho yahungiye
Umupaka uhuza umujyi wa Uvira n'u Burundi wafunguriwe gusa Pulusi n'abari kumwe na we ubwo bari basubiye muri Uvira, wongeye urafungwa mu gihe abantu benshi bategereje ifungurwa ryawo.
'Naramubajije nti; Nyakubahwa Minister kuki utasubije ibyabajijwe n'ibihugu 16 ku kibazo cya Mama' – Umuhungu wa Victoire Ingabire
Mu buryo butamenyerewe, Rémy Amahirwa yagaragaye arimo kubaza ibibazo bamwe mu ntumwa z'u Rwanda i Genève mu Busuwisi ahaberaga inama ya ONU.
Human Rights Watch ivuga ko yasavye reta ya Kinshasa gukingira Abanyamulenge ba Uvira
Amakuru avuga ko Abanyamulenge bababa 1,000 bavuye muri Uvira bakajana na M23 kubera bafise impungenge ku mutekano, nubwo hari ababona ko bariko bakoreshwa n’uno muhari.
Menya Ilhan Omar, umudepite wa Amerika uvuka muri Somalia Trump yongeye kwibasira mu ijambo rye i Davos
Ilhan usanzwe anenga politike ya Trump, aheruka kumwamagana nanone ku magambo "adafite ishingiro" avuga ko "yibasira ubwoko bwose [bw'Abasomali]".
"Urubyiruko rw'u Rwanda turakennye" – Kuki ijambo ry'uyu mukobwa ryateje impaka?
Ibyo yavuze, kuri bamwe ni ishusho nyayo y'uko ibintu byifashe mu rubyiruko mu gihugu, ku bandi nta shingiro afite kuko babona leta yashyize imbaraga mu guteza imbere urubyiruko.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































