Abamenyereza ba Premier League abahari n'abagiye gushika mu kw'icenda 2018

Steve Wigley
Insiguro y'isanamu, Umumenyereza wa Southampton Steve Wigley niwe wa mbere amaze kumara igihe gito muri Premier League, aho yakinishije inkino 14 gusa hagati ya 23/08/2004 na 10/12/2004

BBC yasohoye urutonde rw'abamenyereza bahari n'abasezerewe b'imigwi y'ihiganwa rya Premier League mu Bwongereza gushika mu kwezi kw'icenda 2018.

Urwo rutonde ni urw'abamenyereza bariho canke bakuwe gushika mu kwezi kw'icenda kwo mu 2018.