AI, ni ikibazo canke amahirwe ku rwaruka muri Afrika?
Kuri bamwe, ubwenge bucurano aribwo Artificial Intelligence -AI, ni ikintu kibatera ubwoba bibaza ko kizotuma imashini zibukoresha zibasubirira mu kazi ndetse umunsi uri izina, zikazo kwigarurira isi. Ariko hari ukuri kuri muri ivyo? Hari akamaro Afrika yokura muri AI; kofasha gukemura ibibazo vyayo mu bwinshi bwavyo, ndetse igafasha urwaruka rw'abanya Afrika? Ibindi ni muri iyi video.







