Mu mafoto: Raba ingene vyagenze Trump amaze kuraswa agakomereka

Donald Trump yakuwe vyihuta aho yariko aremeshereza imyiyamamazo i Butler mu ntara ya Pennsylvania inyuma y'aho umuntu yari afise inkoho amurasiye ahagaze hejuru ku nzu yari hafi yaho.

Donald Trump akikujwe n'abo mu nzego zijejwe igendereza i Butler, Pa

Ahavuye isanamu, AP

Amaze kuraswa, Donald Trump ariko yiyamamaza kw’izina ry’Abarepubulika yaciye avanwa aho yariko akorera imyiyamamazo i Butler mu ntara ya Pennsylvania, hari mw’ijoro ryo ku wa gatandatu buca ari kuri uno wa Mungu.

Ahavuye isanamu, AP

Amaze kuraswa, Donald Trump ariko yiyamamaza kw’izina ry’Abarepubulika yaciye avanwa aho yariko akorera imyiyamamazo i Butler mu ntara ya Pennsylvania, hari mw’ijoro ryo ku wa gatandatu buca ari ku wa Mungu.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Uno Murepubulika ariko yiyamamariza ikibanza c'umukuru w'igihugu yaciye aryama hasi, akaba yabonetse ariko ava amaraso ku ruhande rw'i buryo. Avuga ko yumvise urusasu ruhurira, hanyuma rumutobora ugutwi.

Amaze kuraswa, Donald Trump ariko yiyamamaza kw’izina ry’Abarepubulika yaciye avanwa aho yariko akorera imyiyamamazo i Butler mu ntara ya Pennsylvania, hari mw’ijoro ryo ku wa gatandatu buca ari ku wa Mungu.

Ahavuye isanamu, AP

Amaze kuraswa, Donald Trump ariko yiyamamaza kw’izina ry’Abarepubulika yaciye avanwa aho yariko akorera imyiyamamazo i Butler mu ntara ya Pennsylvania, hari mw’ijoro ryo ku wa gatandatu buca ari ku wa Mungu.

Ahavuye isanamu, Reuters

Amaze kuraswa, Donald Trump ariko yiyamamaza kw’izina ry’Abarepubulika yaciye avanwa aho yariko akorera imyiyamamazo i Butler mu ntara ya Pennsylvania, hari mw’ijoro ryo ku wa gatandatu buca ari ku wa Mungu.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Igihe abajejwe umutekano bashwara ikibanza yariko yiyamamarizamwo, Trump yagaranzuye igipfunsi mu kirere mu gihe yariko avanwa muri ico kibanza.

Amaze kuraswa, Donald Trump ariko yiyamamaza kw’izina ry’Abarepubulika yaciye avanwa aho yariko akorera imyiyamamazo i Butler mu ntara ya Pennsylvania, hari mw’ijoro ryo ku wa gatandatu buca ari ku wa Mungu.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Amaze kuraswa, Donald Trump ariko yiyamamaza kw’izina ry’Abarepubulika yaciye avanwa aho yariko akorera imyiyamamazo i Butler mu ntara ya Pennsylvania, hari mw’ijoro ryo ku wa gatandatu buca ari ku wa Mungu.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Amaze kuraswa, Donald Trump ariko yiyamamaza kw’izina ry’Abarepubulika yaciye avanwa aho yariko akorera imyiyamamazo i Butler mu ntara ya Pennsylvania, hari mw’ijoro ryo ku wa gatandatu buca ari ku wa Mungu.

Ahavuye isanamu, AP

Amaze kuraswa, Donald Trump ariko yiyamamaza kw’izina ry’Abarepubulika yaciye avanwa aho yariko akorera imyiyamamazo i Butler mu ntara ya Pennsylvania, hari mw’ijoro ryo ku wa gatandatu buca ari ku wa Mungu.

Ahavuye isanamu, AP

Abari mu myiyamamazo baciye baryama hasi mu gihe amasasu yariko arasirana, mu nyuma bamwe baca batangura guhunga.

Umwe mu babibonye yabwiye BBC ko yabonye umugabo yari afise inkoho ku gisenge c'inzu yari mu micungararo akanya gato imbere y'uko Trump araswa.

Amaze kuraswa, Donald Trump ariko yiyamamaza kw’izina ry’Abarepubulika yaciye avanwa aho yariko akorera imyiyamamazo i Butler mu ntara ya Pennsylvania, hari mw’ijoro ryo ku wa gatandatu buca ari ku wa Mungu.

Ahavuye isanamu, AP

Amaze kuraswa, Donald Trump ariko yiyamamaza kw’izina ry’Abarepubulika yaciye avanwa aho yariko akorera imyiyamamazo i Butler mu ntara ya Pennsylvania, hari mw’ijoro ryo ku wa gatandatu buca ari ku wa Mungu.

Ahavuye isanamu, AP

Abantu baciye bava muri iki kibanza Donald Trump yariko akorera imyiyamamazo inyuma y’aho habereye iki gitero, hari mw’ijoro ryo ku wa gatandatu buca ari kuri uyu wa Mungu.

Ahavuye isanamu, AP

Insiguro y'isanamu, Abantu baciye bava muri iki kibanza Donald Trump yariko akorera imyiyamamazo inyuma y’aho habereye iki gitero, hari mw’ijoro ryo ku wa gatandatu buca ari kuri uyu wa Mungu.