Ubushinwa bushaka kuvyura umupira w'amaguru

Ahavuye isanamu, Getty
Uwo mugambi urimwo gutuza ruswa mu mupira w'amaguru, yabaye nk'akaranda muri ico gihugu.
Harimwo kandi no gushinga amashure agera ku 50 000 yigisha ubuhinga mu mupira w'amaguru.
N'ubwo umupira w'amaguru umenyerewe cane mu Bushinwa, ico gihugu kimaze gushika mu mahiganwa y'igikombe c'isi rimwe gusa.






