Eliud Kipchoge yatsinze marathon

Ahavuye isanamu, epa
Ku ruhande rw'abagore, ni Tigist Tufa wo muri Ethipia yabaye uwa mbere.

Ahavuye isanamu, Getty
Abantu baharurwa mu bihumbi 38 barimwo abanonotsi nibo basiganywe muri Marathon ya Londres.

Ahavuye isanamu, Reuters
Muri iryo siganwa abantu baboneraho akaryo ko kwegeranya amafaranga y'intererano kumashirahamwe y'abagiraneza, aharurwa mu ma miriyoni y'ama dollars.






