|
Amajambo y' impfunyapfunyo | |||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
Amajambo menshi akoreshwa mu mpunyapfunyo ntaba azwi na bose. Ivyiza n’ ukuyasigura mu buryo bwumvikana niba afise uko avurwa mu rurimi kavukire, canke niba ukoresheje akajambo mu mpfunyapfunyo, ugashirako n’ insiguro yako. Ntugire ubunebwe niba rinabaye rire rire, igikuru n’ uko abakumva hatagira ikibacika. UN : Ishirahamwe mpuzamakungu | IMBUGA ZA HAFI Igisata kimwe indimi zibiri04 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Imvugo yumvikana kuri bose04 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Kudatamikwa ijambo05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Amajambo ashaka gusa05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Guhindura ururimi 05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Imvugo ibereye ya BBC05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Urutonde rw' uturorero05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Akarore k' umuhinga05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru | |||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
| ||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
| ||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||