|
Guhindura ururimi | |||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
Kwiyubara amajambo na cane cane igihe duhindura ururimi ni ngombwa kugira ntidutume ubutumwa buri mu nkuru dutanga butakaza insiguro canke butituka, na burya usanga har’ ijambo mu rurimi kanaka, rifise insiguro zitandukanye mu rurimi ushikirizamwo inkuru, kandi ari rimwe. Ubanza rero kwihweza neza umwanya n’ igihe ryakoreshejwemwo. E.g : Inyungu zagabanijwe gushika ku bice 3% (Interest rates have gone down to 3%) Can/could. A bomb blast explosion in Mosul could have killed tens of civilians: | IMBUGA ZA HAFI Igisata kimwe indimi zibiri04 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Imvugo yumvikana kuri bose04 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Kudatamikwa ijambo05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Amajambo ashaka gusa05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Imvugo ibereye ya BBC05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Amajambo y' impfunyapfunyo05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Urutonde rw' uturorero05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Akarore k' umuhinga05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru | |||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
| ||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
| ||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||