|
Imvugo ibereye ya BBC | |||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
Har’ amajambo kandi BBC isanga yuzuza akarangamutima k’ intumbero y’ umurongo ngenderwako wayo, gusumba ayakoreshwa mu mvugo isanzwe, yumvikana kuri benshi mu rurimi rwawe. Imvugo ikoreshwa kw’ iradiyo rero ibamwo kwiyubara amajambo amw’ amwe n’ ikibanza cayo.. e.g :Rebel group: umurwi witwaj’ ibirwanisho Opposition: abatavuga rumwe na leta( s’abarwanya leta) Homosexuality: twoviga ko ar’ abahuza ibitsina babisangiye? Gay Marriage: Twovuga ko ar’ abubakana basangiye igitsina. | IMBUGA ZA HAFI Igisata kimwe indimi zibiri04 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Imvugo yumvikana kuri bose04 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Kudatamikwa ijambo05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Amajambo ashaka gusa05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Guhindura ururimi 05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Amajambo y' impfunyapfunyo05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Urutonde rw' uturorero05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru Akarore k' umuhinga05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru | |||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
| ||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
| ||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||