http://www.bbcgreatlakes.com

Imvugo ibereye ya BBC

Har’ amajambo kandi BBC isanga yuzuza akarangamutima k’ intumbero y’ umurongo ngenderwako wayo, gusumba ayakoreshwa mu mvugo isanzwe, yumvikana kuri benshi mu rurimi rwawe.

Imvugo ikoreshwa kw’ iradiyo rero ibamwo kwiyubara amajambo amw’ amwe n’ ikibanza cayo..

e.g :Rebel group: umurwi witwaj’ ibirwanisho

Opposition: abatavuga rumwe na leta( s’abarwanya leta)

Homosexuality: twoviga ko ar’ abahuza ibitsina babisangiye?

Gay Marriage: Twovuga ko ar’ abubakana basangiye igitsina.

Kwuirikira akarorero ka Felin Gakwaya