Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Mu mashusho: Ingene vyagenze mu gitero ca Ukraine ku Burusiya
Ku wa kabiri, Ukraine yarajabutse ku butaka bw’Uburusiya maze itangura igitero c’imbonekarimwe, cakozwe n’ingabo zababa 1000 ziherekejwe n’ibimodoka vy’intambara, zinjira mu ntara ya Kursk, nk’uko bivugwa n’abategesi ba Moscou.
Twegeranije amasanamu n’amavidewo amwe amwe mu yamaze kudushikira mu gihe uno musi ugize uwa gatandatu Ukraine itanguye iki gitero.