Mu mashusho: Ingene vyagenze mu gitero ca Ukraine ku Burusiya
Ku wa kabiri, Ukraine yarajabutse ku butaka bw’Uburusiya maze itangura igitero c’imbonekarimwe, cakozwe n’ingabo zababa 1000 ziherekejwe n’ibimodoka vy’intambara, zinjira mu ntara ya Kursk, nk’uko bivugwa n’abategesi ba Moscou.
Twegeranije amasanamu n’amavidewo amwe amwe mu yamaze kudushikira mu gihe uno musi ugize uwa gatandatu Ukraine itanguye iki gitero.

Ahavuye isanamu, Reuters

Ahavuye isanamu, Russian Emergencies Ministry/Reuters

Ahavuye isanamu, IZ.RU/Reuters

Ahavuye isanamu, IZ.RU/Reuters

Ahavuye isanamu, Reuters

Ahavuye isanamu, Russian Emergencies Ministry/Reuters

Ahavuye isanamu, EPA-EFE/REX/Shutterstock

Ahavuye isanamu, State Emergency Service of Ukraine/Reuters

Ahavuye isanamu, Telegram Zelenskiy / Officia








