Sri Lanka: Aho ubukene butuma abavyeyi bahitamwo abana biga n'abatiga

Kubera ubukene bwatewe n'iduga rya cane ry'ibiciro kubera ibibazo vy'ubutunzi isi ihitiyemwo, muri Sri Lanka kwiga bisigaye ari akatabonwa na bose.

Hari abavyeyi bahitamwo umwana arungikwa kw'ishure n'uwusigara muhira kuko badashobora kurihira bose.