Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ubuhindi bwipfuza kwararaza abitumira mu karere
Bamwe mu bategetsi bo muri leta ya Bihar iri mu buraruko bw'Ubuhindi basavye abigisha kugaragaza amafoto y'abitabarira mu karere ngo bitume abanyagihugu bamenyera gukoresha utuzu twa surwumwe.
Abo bigisha basabwe kwishiramwo nabo nyene mu kugaragaza ukuri ku bijanye n'iyo ngeso.
Abo barimu bavuze ko basanzwe bahanzwe ko bohava bikwegera ibitero vy'abanyagihugu bashavuye canke vyoba bishavuje.
Leta zo mu Buhindi zimaze iminsi zisabwa gushira mu ngiro ivyasabwe na leta y'igihugu yipfuza kurangiza ingeso yo kwitumira mu karere, igwiriye cane mu gihugu.