Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Amafoto y'umukino Senegal yasezerewemwo mu gikombe cy'isi
Senegal yendaga gukomeza ariko birangira nayo isezerewe mu gikombe cy'isi kiri kubera mu Burusiya kubera ko yabonye amakarita menshi y'umuhondo kurusha Ubuyapani.
Bivuze ko amakipe atanu yari ahagarariye Afrika - ari yo Tunisia, Maroc, Misiri, Senegal na Nigeria - yose yamaze gusezererwa atarenze imikino yo mu matsinda.
Kuva mu mwaka wa 1982, bibaye ubwa mbere hatabonetse ikipe yo muri Afurika ikomeza mu cyiciro gikurikiyeho cyo gukina bahita bakuranamo.