Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Thailand: Abavyeyi mu marira nyuma y'iraswa ry'abana
Nyuma y'iraswa ry'abana barenga mirongo itatu ku kigo basigamwo ibitambambuga muri Thailand, bose baracibaza ivyabaye.
Uwarashe abo bana, yahoze ari umupolisi, nawe yarirashe nyuma yo kwica umugore n'umwana biwe.