RDC: Ijambo ridasanzwe rya Papa Francis acakirwa

Insiguro ya video, Papa Francis yakiranywe icubahiro, n’inzego z’igihugu ndetse n’isinzi z’aba nye Kongo
RDC: Ijambo ridasanzwe rya Papa Francis acakirwa

Mu Masanamu, Papa Francis yakiranywe icubahiro, n’inzego z’igihugu ndetse n’isinzi z’aba nye Kongo cane cane bo mw’idini katolika bemera ko azanye ubutumwa bw’amahoro mu gihugu cabo.

M’ubutumwa bwiwe bwa mbere, yashimikiye kuri Kongo, aganisha kuri Afrika.

Ibindi ni muri iyi video ya BBC Gahuza

Na Audace Machado

Papa n'aba nye Kongo

Ahavuye isanamu, AFP

Insiguro y'isanamu, Papa yakiriwe i Kinshasa