El Salvador: Iki gihugu kiriko kimurira amabandi 40.000 mw'ibohero rishasha

Nyuma y'aho igihugu ca El Salvador gitangarije "intambara ku biyovyabwenge", haciye hubakwa ibohero rinini cane rishobora kwakira abantu 40.000.

Aba ni aba mbere bashika ku bihumbi bibiri bakekwa kuba mu mabandi adandaza ibiyovyabwenge, bimuriwe muri iryo bohero.