Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Papa Francis yashitse muri Sudan y’Epfo
Papa Francois yashitse ku kibuga c’indege ku murwa mukuru wa Sudan y’Epfo, Juba , aho atanguye intambwe ya kabiri y’urugendo rwiwe muri Afrika inyuma yo kugendera Repuburika ya Demokrasi ya Congo.
Abantu ibihumbi bari baje kumusanganira.
Yagiye muri ico gihugu gihanzwe n’indyane gukwiza ubutumwa bw’amahoro, kandi, mu bintu bitari bwabe, azoba ari kumwe n’abakuru b’ayandi ma Ekereziya ya gikristu harimwo Musenyeri Mukuru wa Canterbury Justin Welby.