Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Rwanda - Nyamagabe: Abagore bakora ‘Cotex’ zihendutse zikoreshwa imyaka ibiri
Jean Claude Mwambutsa
BBC Gahuzamiryango - Nyamagabe
Iyi koperative irashaka gukemura ikibazo cy'ibikoresho bihenze by'isuku y'imihango ku bagore n'abakobwa muri aka karere no mu gihugu.