Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Mu mafoto: Isi yizihije umunsi mukuru wa Noheli
Abantu mu bice bitandukanye ku isi barimo kwizihiza umunsi mukuru wa Noheli - umwe mu minsi yizihizwa cyane yo ku ngengabihe y'abakristu.
Ariko, mu mwaka wa kabiri wikurikiranya, hari umubare muto mu kiliziya no mu nsengero, no mu bindi bikorwa, kubera iki cyorezo cya coronavirus kigikomeje ku isi. Aya ni amwe mu mafoto y'uyu munsi mukuru yo mu bice bitandukanye ku isi.
Aya mafoto yose akoreshwa bitangiwe uruhushya.