Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Congo-Brazzaville: Perezida Sassou Nguesso yatsinze amatora ku bwiganze bw'amajwi
Perezida Denis Sassou Nguesso yongeye gutorerwa gutegeka Congo-Brazzaville ku bwiganze bw'amajwi 89%, nkuko byatangajwe na minisitiri w'ubutegetsi bw'igihugu.
Uwari umukandida ukomeye mu batavuga rumwe n'ubutegetsi Guy Brice Parfait Kolélas, wapfuye ku cyumweru, yagize amajwi 8%. Yari arwaye Covid-19.
Perezida Sassou Nguesso, w'imyaka 77, amaze imyaka 37 ku butegetsi.
Ari ku butegetsi kuva mu mwaka wa 1979, usibye imyaka itanu gusa yabuvuyeho nyuma yo gutsindwa amatora mu 1992.