Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Putin asaba Trump kugirana ibiganiro vyubaka
Prezida Putin yabwiye Donald Trump ko ibiganiro vyubaka hagati y'Uburusiya na Amerika bikenewe mu kurondera ingene hoba umutekano kw'isi no kwihwereza hamwe ingorane zihanze amakungu.
Mw'ijambo ry'umwaka mushasha yahikirijemwo ubutumwa prezida wa Amerika, Bwana Putin yavuze ko bihambaye ngw'imigenderanire ya Moscou na Washington yubakwe ku mangane hamwe n'ukwubahana.
Yavuze ko ivyo vyokwugurura inzira yotuma haba imigenderanire y'ukuri ku gihe kirekire.