| |||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
| |||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
Kaze ku rubuga rwa BBC, twibukanye itangazamakuru. Gahuzamiryango yarushizeho mu ntumbero yo gufasha abanyamakuru, baba abashasha canke abamaze igihe. | |||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
Wiyubare amajambo afitaniye isano, ntuyitiranye mw' ikoreshwa ryayo. Kuvuga ijambo mu kibanza c' irindi kubera wihenze mu kurisoma bituma abakumva bajuragirika. | Kwiyubara amajambo na cane cane igihe duhindura ururimi ni ngombwa kugira ntidutume ubutumwa buri mu nkuru dutanga butakaza insiguro canke butituka. | Har' amajambo kandi BBC isanga yuzuza akarangamutima k' intumbero y' umurongo ngenderwako wayo, gusumba ayakoreshwa mu mvugo isanzwe. | |||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
| ||||||||||||||||||||