Ni gute imbwa ikorora amosozi y’umunezero?

Ni gute imbwa ikorora amosozi y’umunezero?
  • Abahinga bo muri Japan basanze intozo zifise umusemburo utera ayo mosozi
  • Ni cane cane iziri kumwe n’abazitunze, bazikunda.
  • Katey Aldred, ni umuhinga w’ibitungwa
  • avuga ko imbwa zifise ibisharara, n’imbamutima, nka kurya kw’abantu.