Ni gute imbwa ikorora amosozi y’umunezero?

Abahinga bo muri Japan basanze intozo zifise umusemburo utera ayo mosozi
Ni gute imbwa ikorora amosozi y’umunezero?
Insiguro ya video, Abahinga bo muri Japan basanze intozo zifise umusemburo utera ayo mosozi
  • Abahinga bo muri Japan basanze intozo zifise umusemburo utera ayo mosozi
  • Ni cane cane iziri kumwe n’abazitunze, bazikunda.
  • Katey Aldred, ni umuhinga w’ibitungwa
  • avuga ko imbwa zifise ibisharara, n’imbamutima, nka kurya kw’abantu.