Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imbonerahamwe y'imidali mu mikino Olempike ya Paris 2024
Ni inde watwaye zahabu nyinshi? Abakinnyi bo mu bihugu birenga 200 barahatanira imidali 329 mu mikino Olempike 32 i Paris. Umudali wa mbere uzatangwa kuwa ku wa 27 Nyakanga(7), 2024.
Kurikira hano amakuru y'iyi mikinokuri BBC News Gahuza.
Ikitonderwa: Imidali itwawe n'abakinnyi badafite ibihugu bahagarariye ntabwo iri kuri uru rutonde.