Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Intego n'ingorane z'abakinnyi b'u Rwanda mu mikino Olempike ya Paris
Intego n'ingorane z'abakinnyi b'u Rwanda mu mikino Olempike ya Paris
- Umwanditsi, Yves Bucyana
- Igikorwa, BBC Gahuzamiryango i Kigali
Abakinnyi 8 bahagarariye u Rwanda mu mikino Olempike ya Paris baratangira guhatana kuwa gatandatu.
Mbere y'uko bava mu Rwanda, bamwe muri bo baganiriye na BBC ubwo bari mu myiteguro bavuga intego bafite. Umwe mu batoza na we avuga ingorane bagira mu kwitegura bene iyi mikino.