Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Celine Dion, kuki atagishoboye kuririmba?
Celine Dion, kuki atagishoboye kuririmba?
“Maze igihe mfise ingorane z'amagara.”
Celine Dion yabibwiye abakunzi biwe bari bamwiteze i Bulaya mu biteramo.
Yasavye imbabazi ku ngwara itamenyerewe yasanganywe.
Ifata imitsi n’ibihimba vy’ubwonko.