Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Guinea: Ebola yasize impfumvyi, inasambura imiryango
Guinea: Ebola yasize impfumvyi, inasambura imiryango
Hafi abana 20 000 barabuze umuvyeyi, canke bose, igihe Ebola yaduka muri Afrika y'uburengero (2013-2016).
Vyari biteye ubwoba, nk’uko abo muri Guinee babishingira intahe.
Ikumira ryaranasambuye imiiryango.