Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Aha ni ho abantu miriyari 8 bari ku isi batuye
Abantu batuye isi biravugwa ko bageze kuri miriyari umunani mu cyumweru gishize, ariko banyanyagiye ku isi mu buryo butangana.
Iyi karita yerekana ubucucikirane bw'abantu mu mijyi imwe ituwe cyane kurusha ahandi ku isi - cyangwa ibice bidatuwe na gato.