Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kenya : Umukobwa yarondeye umuvyeyi wiwe atari azi n’uko akiriho
“Iyo menya ko mfise umukobwa ‘hanze’, nari kuba narakoze ivyo nashobora, nkamurondera.”
Lawrence Omunyin ni se w’umumenyeshamakuru Namukabo Werungah wo muri Kenya.
Uyu mukobwa ni umwe mu ma miliyoni y’abana batazi ba se.
BBC AfricaEye, igisata c’amatohoza, cakurikiranye ibikuru vy’uko uko Namukabo yarondeye umuvyeyi wiwe.