Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
William na Harry: Aba Baganwa ngo boba bunzwe n'urupfu rwa inakuru
Imbere y'urupfu rw'Umwamikazi Elizabeth II, Abaganwa Harry na William basa n'abadacana uwaka bivuye ku vyagiriji vy'amacakubiri yoba yarakorewe umugore wa Harry.
Ariko Elizabeth II aho ashengereye, William na Harry barasubiye kuja ahabona bari kumwe kandi bikagaragara ko umwaka umeze neza...