Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umuririmvyi Mowzey Radio wo muri Uganda yaryamiye ukw'abagabo
Umwe mu baririmvyi rurangiranwa muri Uganda, Moses, Ssekibogo - azwi kw'izina rya Mowzey Radio- yitavye Imana inyuma yo gukubitirwa mu kabare bikomeye haraciye imisi cumi.
Radio yari mubagize umugwi Goodlyfe, yari amaze imsi ari muri koma kuva akubitiwe mu kabare I Entebbe.
Prezida Yoweri Museveni ari mu bantu bakomeye baterereye amahera yo kumufasha kwivuza vyihuta. Igipolisi carahagaritse benshi mu bikekwa gukora iryo bara.