Umugwi wa Tunisia ni uwa mbere muri Afrika

Umugwi wa Tunisia wakuye mu kibanza ca mbere uwa Senegal

Ahavuye isanamu, Reuters

Insiguro y'isanamu, Umugwi wa Tunisia wakuye mu kibanza ca mbere uwa Senegal

Umugwi w'umupira w'amaguru wa Tunisia uri mu kibanza ca mbere muri Afrika ku rutonde rw'ikigo kigenzura umupira w'amaguru kw'isi Fifa, ukaba wakuye mw'ico kibanza umugwi wa Senegal.

Kuno niko imigwi 10 ya mbere itonze ku rutonde rwa Fifa:

1.Tunisia (23)

2.Senegal (24)

3.Egypt (30)

4.Morocco (39)

5.DR Congo (43)

6.Burkina Faso (44)

7.Cameroon (45)

8.Ghana (50)

9.Nigeria (51)

10.Algeria (57)