Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Korea ya ruguru: Uburusiya bwagiriza Amerika gusotora Kim Jong-un
Umushikiranganji w'imigenderanire w'Uburusiya Sergei Lavrov yagirije Amerika kurondera gusotora Korea ya ruguru ku mugambi w'ico gihugu w'ibigwanisho ruhanyanganda.
Yiyamirije akamo katewe n'uwuserukira ico gihugu mu kanama ka Onu kajejwe umutekano ko guhagarika imigenderanire na Korea ya ruguru inyuma y'igeragezwa riherutse ry'igisase.
Uburusiya buguma buvuga ko ibihano ata co bimaze ahubwo bugasaba ko haba ibiganiro.
Amerika yaragabishije ko izosambura reta ya Korea ya ruguru isigare ari 'umunyota' mu gihe intambara yokkwaduka.
Ku musi wa gatatu, Korea ya ruguru yaragerageje ikindi gisase mu mezi abiri, ivuga ko gishobora gushika aho ari ho hose ku butaka bwa Amerika.
Ariko abahinga muvyo kwivuna abansi baracafise amakenga kubushobozi bwo kuronka ubuhinga gutera mwene ico gisase gifise bikenera.
"They have extended the range now out to a point that it is hard to credibly argue that North Korea couldn't have the US eastern seaboard within its range," Vipin Narang, associate professor of political science at MIT, told the BBC.
However, David Wright at the Union of Concerned Scientists points out in his blog that the missile is likely to have carried a very light mock warhead and that "means it would be incapable of carrying a nuclear warhead to this long distance, since such a warhead would be much heavier".
In September, North Korea said it had successfully tested a nuclear weapon that could be loaded on to a long-range missile. It was the country's sixth nuclear test since 2006.