Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imirwano yasubiye kwubura muri Mali mu muji wa Kidal
Abantu bashika cumi na batandatu baramaze gusiga ubuzima mu mirwano mu buraruko bwa Mali hagati y'abarwanyi b'Abatuareg n'ab'umugwi ushigikiye leta.
Imirwano yatanguye kuwa kane nyuma y'amezi menshi hari uruhagarara bapfa uwugenzura umuji wa Kidal.
Izo mpande zombi zaragirizanije gushoza intambara, ariko abashigikiye leta baramaze kuva muri uwo muji.
Abasirikare ba ONU bahagarariye amahoro bashizwe mu bice bituwe cane kugira bakingire abanyagihugu, mu gihe indege za kajugujugu z'inteko z'Abafaransa zirwanya iterabwoba, zatanguye kugenzura ikirere.
Soma kandi: