Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Moise Katumbi arumvirizwa uno munsi
Moise Katumbi yiteze kubazwa ku birego vyo guhemba abacangero b'abanyamahanga.
Abunganira Moise Katumbi imbere y'amategeko, bavuga ko yatumweko ku munsi wa gatandatu igihe abo mu nteko zicungera inzego batera umukwabu inzu yiwe.
Uyu yahoze ari bulamatari w'intara ya Katanga, arahakana ivyo aregwa, akavuga ko ahubwo ari ukurondera kumucafuza.
Perezida Joseph Kabila, yagiye ku butegetsi kuva mu 200, n'ubu ntaco aravuga ku bijanye no gukinjura uyu mwaka nk'uko ibwirizwa nshingiro ririho ubu ribitegekanya.