Igikombe ca Afrika Misiri 2019 - Imigwi, inkino n'uko batsindana

Uru ni urutonde rw'imigwi y'amakipe ari mu gikombe ca Afrika Misiri 2019, ugashobora kubona amakipe aza guhura, uko batsindanye hamwe n'ukuntu bahagaze mu manota. Ushobora gukurikirana ngaha umunsi ku munsi ukuntu izi nkino ziriko ziragenda






