Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Burna Boy: “Kuririmba, nico cemezo c’uko nabaye kw’isi”
Burna Boy: “Kuririmba, nico cemezo c’uko nabaye kw’isi”
Umuririmvyi rurangiranwa w’umu nye Nigeria yabwiye BBC uko yiyumvise ahejeje gutsindira agashimwe ‘Grammy’.
Yanasiguye uko abona iterambere ry’umuziki muri Africa.
Ndetse, we abona intambamyi ziriko ziba icigwa ku bakiri bato m’umwuga.