Kenya: 'Tik-Tok yari gushobora guturira, mu myiyamamazo'
Mu mihora yacishwamwo urwanko, Tik Tok ivugwa mu ya mbere, naho Odinga na Ruto bahavuye babisabira imbabazi. Raba aho vyari bigeze.