Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Amafoto 10 meza yo mu ijoro ryihariye kuri Man City
Mu ijoro ryihariye kuri Manchester City ryo ku wa gatatu, twabahitiyemo amafoto 10 meza yo mu mukino yanyagiyemo Real Madrid ibitego 4-0, ikagera ku mukino wa nyuma.
Aya mafoto ni aya Getty Images n'abandi bavuzwe muri iyi nkuru.