Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Nyamugigima muri Syria: "Ntidushaka kubura uwundi mwana"
Nyuma y’umwaka umwe habaye nyamugigima ikomeye yo ku tariki 6 z’ukwa kabiri, iyi ni inkuru y’umuryango wo mu buraruko bushira uburengero bwa Syria, ugitekewe n’ubwoba ku buryo wanse kuryama mu nzu yawo yononekaye, ahubwo ugashima kuryama hanze mw’ihema.