Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
“Ntidushaka ko Afrika iba iyarara”
“Ntidushaka ko Afrika iba iyarara”
Umurwi Fulu Miziki ugizwe n’abanyamuziki, baturuka i Kinshasa.
Bisangije ko ivyo bakoresha, ivyo bambara, ari ivyo bahinguye bitoraguwe mu mayarara y’I Bulaya: barwanira ibidukikije.
Bavuga ko iruhande y’ubuhinga bw’umuziki, intumbero yabo ari ugukebura ababa kw’isi gukingira ibidukikije.
Mubishikirijwe na Audace Machado