Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Mu mafoto: Berlusconi ahura n'abategetsi bo ku isi
Berlusconi yamaze igihe kinini mu nama zitandukanye n’abategetsi bo ku isi, kuva kuba perezida kugera kuri ba minisitiri b’intebe.
Urugendo rwe rwa politiki rwari rumaze imyaka irenga 40, yapfuye uyu munsi ku myaka 86.
Amwe mu mafoto yibukwa cyane: